Umugambwe CNDD-FDD kuruno wagatatu igenekerezo rya 25 ukwezi kwa gatatu wafuse abanywanyi 10 bari mubandikiye umukuru w’ igihugu Petero Nkurunziza bamusaba kutitoza mu mabanga yo kurongora igihugu mu matora yimirije....