Hari kw’igenekerezo rya 6 Ndamukiza mu mwaka w’1994, aho umukuru w’igihugu c’Uburundi, Sipriyano Ntaryamira yitaba Imana bivuye ku ndege yarimwo yakorowe ku kibuga c’indege ninyeshyamba FPR-Inkotanyi c’ i Kanombe, igihe yari mu rugendo mu gihugu kibanyi c’Urwanda....