Augustin Nkudabashaka, se wa Olivier Nkudabashaka yakubiswe n'abigaragamvya i Bujumbura bamwise "interahamwe", arabeshuza. Avuga ko umuhungu wiwe ari Umurundi, aba mu Bufaransa, akaba yari mu Burundi muri vacance....